Skip to content

Wa Danger

Adda Pro
Popularity ยท Low

YouTube

Searching YouTube...

Lyrics

U Already Know It's another club banger Adda pro na kizigenza OLG na Xfecta Twakuja kuwa chapa chapaa Nabonye benshi bameze fresh ariko niwe kibasumba Nama ndi ready gutanga inoti gukora ivyo ukunda Unanipa care nkibagira n'ibibazo vyanje yah (ur'uwa danger) Sinkiri umu player sinzi ukuntu nagukunze kwa jeux yah (wa danger) Uru wa danger Wa danger Uru wa danger Uh Icyana kiri sexy Bad boys erega bacirukira ari benshi Kiraza nkagira fantasy nyinshi ziri magic Ni Adda Pro ongereza volume ibe na nyinshi Vibe naje ndumwe nzanye icyana kiri danger Nahashitse bwira DJ agire mรฉlangent Wa danger mix iri enchange Narahinduye inzoga mba bucange Selector ridim mi DanceHall tubacange nkunda ukwo ubikola Coca Cola niyo nkuzimana ugeze muhira cunyarutsa, Can I spendin' da dollars Erega nobikola BadGyal touchin' inna mi Bomboclat hola She do me thiss Wine for me, wine for me gyal She do me that Whine for me, whine for me She a party animal Wine for me, whine for me gyal Ukuntu abikala Whine for me, whine for me OKAY Nabonye benshi bameze fresh ariko niwe kibasumba Nama ndi ready gutanga inoti gukora ivyo ukunda Unanipa care nkibagira n'ibibazo vyanje yah (ur'uwa danger) Sinkiri umu player sinzi ukuntu nagukunze kwa jeux yah (wa danger) Uru wa danger Wa danger Uru wa danger Yeah uh huh Papiyes papiyes Urazi ndumu gentleman wa buja ni OLG Binkore binkorere Kora hit muba Jama ewana ntumbanire Pretorico pretolico nzokujana ahushaka Kuko ziriko Ivyo bipisto vyobiPisto biratera appetit gukorako Nipe nipe nipe nipe mama nipe zote tupaju niko cini nami ni okote tereza tereza mala tuko kwenye tope apo sasa Ndo utajua aujajua Sumunyankore tonsukuba kariyopotiya nibakiyole one vibes two kick three king Jewe ndakaze Nabonye benshi bameze fresh ariko niwe kibasumba Nama ndi ready gutanga inoti gukora ivyo ukunda Unanipa care nkibagira n'ibibazo vyanje yah (ur'uwa danger) Sinkiri umu player sinzi ukuntu nagukunze kwa jeux yah (ur'uwa danger) Uru wa danger Wa danger Uru wa danger She do me this Wine for me, wine for me gyal She do me that Wine for me, wine for me She a party animal Wine for me, wine for me gyal Ukuntu ubikala Wine for me, wine for me It's another club banger Adda pro na kizigenza OLG na Xfecta Twakuja kuwa chapa chapaa